المدة الزمنية 4:45

Burundi : Intahe ku rupfu rw'Umwami Ntare V Karoli Ndizeye.

676 مشاهدة
0
8
تم نشره في 2021/05/01

Iyi ntahe yatanzwe ku wa 29 ndamukiza 2020 n'umunyagihugu yemeza ko hariho amakuru yaronse ku bijanye n'ikibanza Umwami Karoli Ndizeye yoba yaratawemwo amaze kwicwa. Yemeza ko ayo makuru yayakuye aho yari apfungiwe mw'ibohero rya Gitega mu myaka ya za 1999. Yemeza ko yahahuriye n'abatama bari bazi neza ibijanye n'urwo rupfu. Ntituzi ukuri kw'iyo ntahe ariko dushimye kuyishira ahabona, kumbure ishobora kugira ico ifashije abakora amatohoza ku rupfu rw'Umwami Ntare V Karoli Ndizeye.

الفئة

عرض المزيد

تعليقات - 0