Sentare ijejwe gucungera amatungo ya Leta iratunga agatoke amakomine ya Bubanza, Bururi ,Isare,Rumonge na Rutana ku tunenge turangwa mw'itunganywa ry'imirimo, ikoreshwa ry'uburyo n'ibindi. Umviriza ivyavuye mu cegeranyo cagizwe n'abashingamateka ku matohoza yagizwe n'iyo sen